Prezida NKURUNZIZA yabwiye Abasirikare n'Abaporisi ati : "inkoko mu guhona zicudika n'ibisiga"

21



#Burundi : Umviriza impanuro zikomeye Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Petero #NKURUNZIZA yatekereye abajejwe umutekano, ukwivuna abansi hamwe n’igendereza ku munsi mukuru wiwe wa nyuma ari Umukuru w’Igihugu, yagiriwe n’abasirikare n’abaporisi. Mw’Ijambo yashikirije, yabahanuye kwirinda abo yagereranije n’ibisiga. Yagize ati : “inkoko mu guhona zicudika n’ibisiga. Tugiye gusozera uwu mwaka, ibisiga vyose murabizi. Nta mwansi n’umwe y’Uburundi atamenyekanye” Kurikira Umukuru w’Igihugu Petero NKURUNZIZA

Nguồn: https://gommap.org/

Xem thêm bài viết khác: https://gommap.org/category/bong-da/

21 Comments
  1. Gabriel Manirakiza says

    Imana yakuduhaye ikudutungire

  2. blessing irishura dodo says

    Komera mutama abavyeyi bavyara kumuntu warakoze imana ikuzigame

  3. Nadine GAHIMBARE says

    Iyo Mana Yawe niyo mukirere nkuko waryatuye un jour xTwebwe tuzi iyo mwijuru itunganiriza bose icemeza kwatar’Imana tuzi nirya bwirizwa shingiro wahinduye kubwinyungu zawenyene udashakakusabikanya nabandi

  4. munezero deo says

    Je valide

  5. 🙏🙏🙏
    1:28 💛💛🔥
    👇 👇 👇💚

  6. 🙏🙏🙏🙏🙏
    1:26 💙🔥
    👇👇👇👇👇💞

  7. jesus is jerry allah is tom says

    abasirikare ntibarwanira igihugu, bafasha peter mashanzi kurwanira ibiringo no kugandagura abashigikiye ubutungane mw'izina rya yesu; muzofatwa tu, nta bujanja mwasumba omar bechir.

  8. YUSUFU KAZAMBA says

    Burundi ulindwe na ifanikiwe mipaka yako; mbingu zinene mema juu ya taifa lako; Mungu apigane kinyume na adui zako;

  9. Armel Nsengimana says

    God bless you Mr President

  10. Josiane Nagito says

    Ukuli Imana Iguhezagire Ikulinde kandi Igukomeze ni a bawe mu kuli kwImanaIreba Ibyihishe nibyo abantu bahisha!

  11. David Ndaha says

    Nivyo twubake igihugu cacu uburundi bagomba kobubamwo intambara ntibuterimbere!!

  12. Issa Nkurunziza says

    Imana yakuduhaye ikudutungire mitama wamateka

  13. Dadju Safari says

    Komera Mutama wakoreye UBURUNDI na BARUNDI ibikora inka!!!!!

  14. Prudent TWAGIRAYESU says

    imaniguhezagire, uzewame hafi yabarundi nuburundi ibisigaye imanizikuzigame turacagukeneye.

  15. Edenzy爱德华 says

    ndakunze cane inyigisho umwubahwa wacu atanze.n indongozi kabisa. hama icipfuzo : murondere camera ifata amasanamu meza kugirango muryohere abanywani banyu kuruta .

  16. Hatungimana Jeremie says

    Ewe nkurunziza urumugabo ihema impemu yamahoro kandi niwashikiriza uzewame hagufi uburundi na barundi. Uracafise inguvu zuguhagararira igihugu.

  17. NSHIMIYIMANA Tresor says

    Mugabo utazi ibisiga ni akazi ke, kuko ntaco utakoze ngo ubahanure.
    Imana ikomeze ikuzigame pe. Ndagukunda ninkubona amaso ku maso nzobikubwira pe.

  18. Mamy Akintore says

    Jendifuzakwigihugu cuburundigitwagwanumwisiramu akureabagoremuntwaro.mwemurihendagose Eva niweyariyeicamwa acahakumugabobibabisenyutsevyose umwisiramunumuntuatahuraneza akamarokumugore

  19. ngenzi Jules says

    Harivyo avuze bitarivyo 100/100. C est pas Ntare Rushatsi yahaya uburundi imbibe, twazihawe n abazungu muri traite de versailles apres 1ere guerre mondiale en 1919. Iyo premiere guerre mondiale itabaho, Uburundi ntibuba buriho tuba turi abatanzaniya. De un, avant 1885, imbibe z uburundi ntizari fixe abadagi batarashika. Uburundi bwaguka canke bukagabanuka bijanye n intambara butsinze canke butsinzwe n abandi bami babukikije surtout ubwami bwirwanda canke I buha n ahandi. Aho abadagi batsindiye mwezi en 1903, uburundi bwaciye buba intara ya tanzaniya gushika 1919 who traite de versailles idecize guha agashimwe ububirigi mu gutsinda abadagi gushika I Tabora muri Tanzaniya. Iyo intambara ya 1ere guerre mondiale itaba, ubwami bwuburundi buba bumeze nkubwami bwabaganda buba mu buganda ariko ata pouvoir politique et militaire bugira. N ahandi hose muri afrika urasangaho ubwami nkubwo buri mu gihugu ata pouvoir bugira ex Royaume Luba, Royaume Lunda, Rwayaume de Buha, Royaume de Bushi….ubwami bubaye dilue muri etat moderne aho bwisanga bubana n ubundi bwami bwami basangiye igihugu n ubutegets, uwutwara ubwo bwami aca yitwa un chef coutumier. Niko famille royale yuburundi yari guhereza kwitwa iyo tukaguma I tanzaniya

  20. Claver Karabanekera says

    Komera komera nyakubahwa

  21. James NSABIMANA says

    Komera mutama

Leave A Reply

Your email address will not be published.